Scott Colom abaye umwirabure wa mbere aserukiye Mississippi mu nama nkenguzamateka ya Amerika mu myaka irenga 140, imbonekarimwe muri iyo ntara yiganjwemwo n’Abarepubulikani.
Irani irahakana ivyo yagirizwa, ikavuga ko ibirego ku bijanye n'ivyabereye ku kigo ca RAF Fairford bidafise ishingiro kandi ko bifise intumbero yo kuyicafuza.
Umujenerale wa Amerika agabisha ko amasezerano y’ugufashanya mu vy’umutekano hagati ya Afrika n’Uburusiya, asa n’ayabaye mu karere ka Sahel, ashobora gutuma umutekano muke urushiriza kwiyongera muri Afrika.
Kyiv, Washington na Moscou bose barungitse intumwa muri Emirats Zunze Ubumwe z’Abarabu, mu biganiro vya mbere - kuva muri Ruhuhuma(2)- vy'impande zitatu.
Ikibazo cy'umubano wihariye wa Jensen Huang, umuyobozi mukuru wa Nvidia, cyarenze kure kuba inkuru y'urushako no guca inyuma uwo bashakanye, gihinduka ikibazo kivugwaho cyane mu rwego rw'umutekano wa Amerika
Amashusho yagenzuwe kandi yemezwa na BBC Verify agaragaza ibyangiritse kuri iyo nyubako, iri mu gice cy'umujyi rwagati wa Riyadh, gikoranyirizwamo ibikorwa by'imari n'ubucuruzi.
Itangazo ryashizwe ahabona na Amerika ntiritomora nimba hari imitahe ico gihugu kimaze gushora muri RDC, ukwo yoba ingana, canke ko hari iyo kigiye gushira mu migambi itandukanye vuba.
Minisitiri w'ubutegetsi bw'igihugu muri Repubulika ya Demokarasi ya Congo, Jacquemain Shabani, yihanangirije abanyamuryango b'ihuriro ry'abatavuga rumwe n'ubutegetsi rya C64, ababurira ko bashobora guhanishwa igifungo kiri hagati y'umwaka umwe n'imyaka itanu baramutse bagiye mu mujyi wa Goma, mu burasirazuba bw'igihugu, guhura na Joseph Kabila wahoze ari Perezida w'icyo gihugu.
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
You are visitor 01402503 — GeezerVison does not store the pages you look up. Best viewed with Netscape Navigator 4.7 or Internet Explorer 6 at 800×600. No cookies required.